EBENEZER - Fortran Bigirimana (Official Live Video)

Informations de téléchargement et détails de la vidéo EBENEZER - Fortran Bigirimana (Official Live Video)
Auteur :
Fortran BigirimanaPublié le :
22/07/2025Vues :
1.3KDescription :
Follow us on: Instagram: Facebook: FacebookPage: Twitter: Website: Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube: Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira: Instagram: Facebook: Page Facebook: Twiter: Site internet: Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona. Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾 A/C :Fortran Bigirimana Amajambo : EBENEZER KIRUNDI LYRICS ♪ Ayeyayaye ♪ ♪ Ayeyayaye ♪ ♪ Kuri y’Intebe y’ivyiza vyose ♪ ♪ Niho ibirenge vyacu vyaje bigana ♪ ♪ Kuyibereye icubahiro n’ishimwe ♪ ♪ Imitima yacu inejejwe no ♪ ♪ Yego no kuba imbere yawe ♪ ♪ Ebenezer, Ebenezer ♪ ♪ Ebenezer, mutabazi wacu ♪ ♪ Nirutembe rwaruzi rwiza ♪ ♪ Amahoro yawe abe muri twebwe ♪ ♪ Ibyishimo byawe bibe muri twe ♪ ♪ Ubwami bwawe bube muri twe ♪ ♪ Ibyo ushaka bibe muri twe ♪ ♪ Munezero wawe ube muri twe ♪






