URI MWIZA - Fortran Bigirimana (Official Live Video)

Download information and video details for URI MWIZA - Fortran Bigirimana (Official Live Video)
Uploader:
Fortran BigirimanaPublished at:
6/12/2025Views:
36.7KDescription:
Thank you for subscribing to our Youtube channel: Follow us on: Instagram: Facebook: FacebookPage: Twitter: Website: Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube: Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira: Instagram: Facebook: Page Facebook: Twiter: Site internet: Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona. Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾 A/C :Fortran Bigirimana Amajambo : Uri mwiza Kamere muntu Ihora buri gihe yikwegerako Kamere muntu Ihora buri gihe yironderera ivyiza Itandukaniro nawe mukunzi Uhora buri gihe wiyambura Ng’upfuke ubwambure bwanje Mwungere mwiza Yemera agaheba intama mirongo icenda n’icenda Ngwarokore imwe gusa Oh oh oh Mbega ubupfura mbega urukundo R)Uri mwiza Yesu Uri mwiza yesu Uko ibihe bibisa ibindi Uhora uri mwiza
Similar videos: URI MWIZA

Ebenezer by Fortran Bigirimana (Official Video)

IRATABARA - Fortran Bigirimana (Official Live Video)

Ntaco Nzoba & N'amahoro Medley by Fortran Bigirimana Live in Kigali,Rwanda2016

“ILMI NAMAA” || Muaz Mohamed || 2026 new video Clip

O'ZBEK MILLIARDERI JAHONGIR ORTIQXO'JAYEV

